Umugambi w’igihugu wo kurwanya indwara y’igituntu ngo uracafise ibibazo bijanye n’ubukene bw’ibikoresho n’amafaranga, kugira bashobore kurwanya biboneka iyo ndwara. Ku bwa Muganga Joselyne Nsanzerugeze, arongoye umugambi PNLT, ngo haracibonekeza ubukene bw’ibikoresho bipima igituntu mu mavuriro yo hasi, co kimwe n’ugukurikirana abarwayi mu mihana yabo kugira bakingire ababanyi babo.
Amakuru
21 février 2023
