Indongozi z’igihugu zibwirizwa kumenya ko mu bibanza zirimwo zitwarira bose zidacaguye. N’ibivugwa na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’Igihugu. Hari ku musi wa mbere i Gitega ahariko hahimbarizwa umunsi mukuru w’ubumwe bw’abarundi. Agahamagarira kandi indongozi kuvavanura n’amacakubiri kuko igihe cose atangurira muri bo.
Amakuru
7 février 2023