Urwaruka rukwiye gushira inguvu hamwe kugira ruharanire uburenganzira ruhabwa n’Amasezerano nyafrika y’urwaruka aherutse kwemezwa n’Uburundi. Bivugwa na Patrick Ahishakiye, umuhinga mu vy’intwaro n’imigenderanire hagati y’ibihugu. Yibutsa urwaruka ko rworeka gukoreshwa n’abanyepolitike ahubwo rugaharanira inyungu rusangiye.
Amakuru
19 janvier 2023