Amakuru
5 décembre 2022

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arega abanyagihugu b’i Kabarore kwiba ubutare

Umuntu wese atikiza itunga ry’igihugu ategerezwa gukurikiranwa. Vyavuzwe n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye aho yatanze akarorero ku banyagihugu b’i Kabarore avuga ko banyuruje ubutare akongera. Hari ku munsi wa gatandatu uheze ku murwa mukuru w’intara ya Kayanza.