Leta ikwiye kurandurana n’imizi urudandazwa rw’ibiyayuramutwe. Bivugwa na Séraphine Niyakire, umuhinga mu vy’inyifato. Hari mu nama nkarishabwenge yatumiwemwo abamenyeshamakuru hamwe n’abatowe n’abanyagihugu, yatunganijwe n’ishirahamwe rirwanya Malaria (ALUMA) kuri uyu wa kabiri. Aho ngo leta yoba iriko irafasha kurwanya indwara zo mu mutwe kuko benshi mu bazirwara baba banywa ibiyayuramutwe.
Amakuru
19 octobre 2022
