Nta kigongwe kizosubira kugirirwa abajejwe ibisata bitandukanye vyo mu bushikiranganji batubahiriza ababarongoye. Umukuru w’Igihugu asaba guca bahanwa baramutse bakoze iryo kosa. Evariste Ndayishimiye akemeza ko ari yo ngendo nshasha leta igiye kugenderako.
Amakuru
7 octobre 2022
