Ibiyayuramutwe biri mu bituma indwara zo mu mutwe ziyongera . Bishikirizwa na Albert Mbonerane, aserukira imbere y’amategeko ishirahamwe ALUMA-Burundi, inyuma y’inama yahuje abakorera mu gisata c’indwara zo mu mutwe. Albert Mbonerane asaba leta gukora uko ishoboye ngo irwanye ibiyayuramutwe, akongera akanasaba ko leta nyene yokora ibishoboka vyose kugira ngo imiti ivura indwara zo mu mutwe iboneke bitagoranye.
Amakuru
28 septembre 2022
