Ubwicanyi bumaze iminsi bwimonogoje muri zone Maramvya, muri komine Burambi, intara ya Rumonge mu bumanuko bushira ubuseruko bw’igihugu. Abantu bane nibo bamaze kwicwa barashwe mu kiringo c’indwi zitatu gusa. Babiri bishwe n’igipolisi, abandi babiri nabo bicwa n’inkozi z’ikibi zitamenyekanye.
Amakuru
20 janvier 2021
