Ubukene bw’amafaranga y’agaciro hamwe n’amanyanga ari mu rudandazwa rw’igitoro ni vyo bituma gikena mu Burundi. Bivugwa na Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye urunani CFOR-Arusha. Akavuga ko n’aho n’inzira yo mw’ibarabara ituma gishika mu Burundi kizimvye, atari yo ntambanyi yonyene ihari.
Amakuru
6 août 2022