Hariho umurwi ugizwe n’abari mu nzego za leta wica Abarundi ufadikanije n’abari mu nzego z’umutekano. Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa gatatu i Ngozi n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye. Hakaba hari mu nyigisho yise izo gukundisha igihugu yariko agirana n’Abarundi baba mu mahanga.
Amakuru
30 juillet 2022
