Amabarabara yo mu Burundi agiye gusanurwa. Ibikoresho vy’ico gikorwa vyarabonetse, harimwo amatoni ibihumbi 200 vy’ikaburimbo. Déogratias Nsanganiyumwami, umushikiranganji w’Inyubako, akaba yamenyesheje ko hazotangura ibarabara riva i Bujumbura rija i Gitega.
Amakuru
26 mai 2022
